Matayo 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo natumviriza, nuhitane wundi umwe canke babiri, kugira ikintu cose gishingwe bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+. 2 Abakorinto 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iri ni irigira gatatu+ nje iwanyu. “Ikintu cose gitegerezwa kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.” 1 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Egome, ibanga ryeranda+ ry’ukwo kwihebera Imana nta wobura kwemera ko rikomeye: ‘Yerekanywe mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, yemerwa mw’isi+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa+.’
16 Mugabo natumviriza, nuhitane wundi umwe canke babiri, kugira ikintu cose gishingwe bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.
13 Iri ni irigira gatatu+ nje iwanyu. “Ikintu cose gitegerezwa kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.”
16 Egome, ibanga ryeranda+ ry’ukwo kwihebera Imana nta wobura kwemera ko rikomeye: ‘Yerekanywe mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, yemerwa mw’isi+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa+.’