Mariko 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 maze ijwi riva mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje, umukundwa; naragushimye+.” Luka 9:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Hanyuma ijwi+ riva muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, uwatowe+. Nimumwumvirize+.” Yohani 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Data, ninahaza izina ryawe.” Ijwi+ rero riva mw’ijuru riti: “Nararininahaje kandi nzokwongera kurininahaza+.”
28 Data, ninahaza izina ryawe.” Ijwi+ rero riva mw’ijuru riti: “Nararininahaje kandi nzokwongera kurininahaza+.”