Matayo 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Ni co gituma ndababwiye nti: Igicumuro ico ari co cose n’ukurogota ukwo ari kwo kwose abantu bazobibabarirwa, mugabo uwurogota ku mpwemu ntazobibabarirwa+. Mariko 3:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ariko uwo wese arogota ku mpwemu nyeranda ntazokwigera ababarirwa, ahubwo yagirwa n’igicumuro kidahera+.” Luka 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umuntu wese avuga ijambo ribi ku Mwana w’umuntu, azobibabarirwa; ariko uwurogota ku mpwemu nyeranda ntazobibabarirwa+. Abaheburayo 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mugabo bakagwa+, ntibishoboka ko bongera kuvyurwa ngo bigaye+, kuko baba bongeye kwimanikira Umwana w’Imana no kumutetereza ku mugaragaro+. Abaheburayo 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko nimba tuza turacumura n’ibigirankana+ tumaze kuronka ubumenyi butagira amakosa bwerekeye ukuri+, nta kimazi c’ibicumuro kiba kigisigaye+,
31 “Ni co gituma ndababwiye nti: Igicumuro ico ari co cose n’ukurogota ukwo ari kwo kwose abantu bazobibabarirwa, mugabo uwurogota ku mpwemu ntazobibabarirwa+.
29 Ariko uwo wese arogota ku mpwemu nyeranda ntazokwigera ababarirwa, ahubwo yagirwa n’igicumuro kidahera+.”
10 Umuntu wese avuga ijambo ribi ku Mwana w’umuntu, azobibabarirwa; ariko uwurogota ku mpwemu nyeranda ntazobibabarirwa+.
6 mugabo bakagwa+, ntibishoboka ko bongera kuvyurwa ngo bigaye+, kuko baba bongeye kwimanikira Umwana w’Imana no kumutetereza ku mugaragaro+.
26 Kuko nimba tuza turacumura n’ibigirankana+ tumaze kuronka ubumenyi butagira amakosa bwerekeye ukuri+, nta kimazi c’ibicumuro kiba kigisigaye+,