ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ni ukuri, ndababwiye yuko abana b’abantu bazobabarirwa ibintu vyose, naho boba bakora ibicumuro bimeze gute, bakarogota ibirogotano bimeze gute+.

  • Ivyakozwe 7:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.

  • Abaheburayo 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko ibi bidashoboka: ku bijanye n’abamurikiwe rimwe rizima+, bagahonja ya ngabirano ya gusa yo mw’ijuru+, bakaba abasangiye impwemu nyeranda+,

  • Abaheburayo 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 mugabo bakagwa+, ntibishoboka ko bongera kuvyurwa ngo bigaye+, kuko baba bongeye kwimanikira Umwana w’Imana no kumutetereza ku mugaragaro+.

  • 1 Yohani 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Umuntu niyabona mwene wabo ariko aracumura igicumuro kitazana urupfu+, aze amusabire, na yo izomuha ubuzima+, egome, ku badacumura ku buryo bizana urupfu+. Hariho igicumuro kizana urupfu koko. Ku vyerekeye ico gicumuro ni ho ntamubwira gusaba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika