Abaroma 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntibikabe! Mugabo Imana iboneke ko ari inyakuri+, naho umuntu wese yoboneka ko ari umunyakinyoma+, nk’uko vyanditswe ngo: “Kugira ngo uboneke ko ugororotse mu majambo yawe kandi utsinde igihe uriko uracirwa urubanza+.” 1 Yohani 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umuntu yizera Umwana w’Imana arashingirwa intahe+. Umuntu atizera Imana aba ayigize umubeshi+, kuko atizeye intahe yashinzwe+, iyo Imana bwa cabona+ yashinze ku vyerekeye Umwana wayo.
4 Ntibikabe! Mugabo Imana iboneke ko ari inyakuri+, naho umuntu wese yoboneka ko ari umunyakinyoma+, nk’uko vyanditswe ngo: “Kugira ngo uboneke ko ugororotse mu majambo yawe kandi utsinde igihe uriko uracirwa urubanza+.”
10 Umuntu yizera Umwana w’Imana arashingirwa intahe+. Umuntu atizera Imana aba ayigize umubeshi+, kuko atizeye intahe yashinzwe+, iyo Imana bwa cabona+ yashinze ku vyerekeye Umwana wayo.