1 Abakorinto 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimba abandi bantu bafise ubwo burenganzira kuri mwebwe+, tweho ntiturushiriza? Yamara rero ntitwakoresheje ubwo burenganzira+, ahubwo twihanganira vyose, kugira ntidutange ikintu na kimwe kibera intambamyi inkuru nziza+ yerekeye Kristu. 1 Abakorinto 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo jewe nta na kimwe nakoresheje muri ivyo+. Vy’ukuri, sinanditse ivyo kugira bingendere gutyo, kuko nopfuma mpfa hako... nta muntu azohindura ubusa imvo yanje yo kwirata+!
12 Nimba abandi bantu bafise ubwo burenganzira kuri mwebwe+, tweho ntiturushiriza? Yamara rero ntitwakoresheje ubwo burenganzira+, ahubwo twihanganira vyose, kugira ntidutange ikintu na kimwe kibera intambamyi inkuru nziza+ yerekeye Kristu.
15 Mugabo jewe nta na kimwe nakoresheje muri ivyo+. Vy’ukuri, sinanditse ivyo kugira bingendere gutyo, kuko nopfuma mpfa hako... nta muntu azohindura ubusa imvo yanje yo kwirata+!