ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 18:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma i muhira iwabo, barakora+, kuko umwuga wabo wari uwo kujisha amahema.

  • Ivyakozwe 20:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Mwebwe ubwanyu murazi yuko aya maboko yandonkeje ivyo nkenera+, abironsa n’abo turi kumwe.

  • 1 Abakorinto 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 no gucumukura+ dukoresha amaboko yacu bwite+. Iyo turiko turatukwa, turahezagira+; iyo turiko turahamwa, turarindirako+;

  • 2 Abatesalonika 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu+. Ahubwo riho, mu kubira akuya no mu gucumukura+ ijoro n’umurango, twarakora kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemeka umuzigo uzimvye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika