ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Uwuri n’ugutwi niyumve ico impwemu+ ibwira amashengero: Uwutsinda+ nzomuha kurya ku giti c’ubuzima+ kiri mw’iparadizo y’Imana.’

  • Ivyahishuwe 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 rumanuka hagati mu nzira yagutse ya nya gisagara. Kandi hakuno y’urwo ruzi no hakurya hari ibiti+ vy’ubuzima vyera incuro cumi na zibiri mu mwaka, bikama ivyamwa vyavyo buri kwezi+. Amababi ya nya biti na yo yari ayo kuvūra amahanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika