ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Jewe Yohani, ndabandikiye mwebwe mashengero indwi+ ari mu ntara ya Aziya:

      Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva kuri “Umwe ariho kandi yariho kandi ariko araza+,” no kuri za mpwemu indwi+ ziri imbere y’intebe y’ubwami yiwe,

  • Ivyahishuwe 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi kuri nya ntebe hava imiravyo+ n’amajwi n’imituragaro+; kandi hari amatara+ indwi y’umuriro yakira imbere ya nya ntebe, ayo akaba agereranya za mpwemu indwi+ z’Imana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika