ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 21:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 “Mugabo mwiyubare ubwanyu kugira ngo imitima yanyu ntiyigere iremerwa n’ukurira agahokero n’ukunywa birenze urugero+ be n’amaganya+ y’ubuzima, hanyuma bukwi na bukwi uwo musi ukabazako ako kanya nyene+

  • Abanyefeso 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko rero mugume muraba neza ukuntu mugenda+, ntimugende nk’abatagira ubukerebutsi ariko mugende nk’abantu b’inkerebutsi,

  • 1 Abatesalonika 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko rero, ntidusinzire+ nk’uko abandi bagira+, ahubwo tugume turikanuye+ kandi tuzigame ubwenge bwacu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika