Luka 22:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mugabo natakamvye+ ku bwawe kugira ngo ukwizera kwawe ntikudegere; nawe, niwamara kugaruka, ukomeze+ bene wanyu.” Ivyakozwe 18:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amazeyo igihe gitoyi, avayo aragenda, ava hamwe aja ahandi mu gihugu c’i Galatiya+ n’i Firijiya+, akomeza+ abigishwa bose.
32 Mugabo natakamvye+ ku bwawe kugira ngo ukwizera kwawe ntikudegere; nawe, niwamara kugaruka, ukomeze+ bene wanyu.”
23 Amazeyo igihe gitoyi, avayo aragenda, ava hamwe aja ahandi mu gihugu c’i Galatiya+ n’i Firijiya+, akomeza+ abigishwa bose.