Luka 21:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugume murikanuye+ rero, mutakamba igihe cose+ kugira ngo mushobore gukira ivyo bintu vyose bibwirizwa kuba, no guhagarara imbere y’Umwana w’umuntu+.” Abafilipi 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 mukagumya rwose rya jambo ry’ubuzima+, kugira ngo nze ndonke imvo yo kwigina ku musi wa Kristu+ kubona ntirukiye ubusa canke ngo nduhire ubusa+.
36 Mugume murikanuye+ rero, mutakamba igihe cose+ kugira ngo mushobore gukira ivyo bintu vyose bibwirizwa kuba, no guhagarara imbere y’Umwana w’umuntu+.”
16 mukagumya rwose rya jambo ry’ubuzima+, kugira ngo nze ndonke imvo yo kwigina ku musi wa Kristu+ kubona ntirukiye ubusa canke ngo nduhire ubusa+.