ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 nkugiriye inama ngo ungureko inzahabu+ ityorojwe umuriro kugira ngo ube umutunzi, n’impuzu zo hejuru zera kugira ngo wambare no kugira ngo isoni z’ubwambure bwawe ntizerekanwe+, n’umuti wo gusiga mu maso+ yawe kugira ngo ubone.

  • Ivyahishuwe 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze umwe wese muri bo ahabwa ikanzu yera+; hanyuma babwirwa kuruhuka kandi gatoyi, gushika aho n’igitigiri c’abashumba bagenzi babo na bene wabo bagira bicwe nk’uko na bo nyene bari bishwe+, gikwizwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika