Ivyahishuwe 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwutsinda+ azokwambikwa rero impuzu zo hejuru zera+; kandi sinzogenda mpanaguye izina ryiwe mu gitabu c’ubuzima+, mugabo nzokwemanga izina ryiwe imbere ya Data+ n’imbere y’abamarayika biwe+. Ivyahishuwe 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi hirya no hino ya nya ntebe hari intebe z’ubwami mirongo ibiri na zine, kandi kuri izo ntebe z’ubwami+ mbona hicaye abakurambere*+ mirongo ibiri na bane+ bambaye impuzu zo hejuru zera+, ku mitwe yabo na ho hakaba ingori z’inzahabu+.
5 Uwutsinda+ azokwambikwa rero impuzu zo hejuru zera+; kandi sinzogenda mpanaguye izina ryiwe mu gitabu c’ubuzima+, mugabo nzokwemanga izina ryiwe imbere ya Data+ n’imbere y’abamarayika biwe+.
4 Kandi hirya no hino ya nya ntebe hari intebe z’ubwami mirongo ibiri na zine, kandi kuri izo ntebe z’ubwami+ mbona hicaye abakurambere*+ mirongo ibiri na bane+ bambaye impuzu zo hejuru zera+, ku mitwe yabo na ho hakaba ingori z’inzahabu+.