Matayo 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+. Ivyakozwe 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo Sauli, agipfuhagira iterabwoba n’ubwicanyi+ ku bigishwa+ b’Umukama, aja ku muherezi mukuru, 2 Abakorinto 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko tudashaka ko mutamenya, bene wacu, ivy’amakuba yadushikiye mu ntara ya Aziya+, yuko twari turemerewe bihebuje, birengeye inkomezi zacu, ku buryo twahagaritse umutima cane no ku vyerekeye ubuzima bwacu+.
8 Kuko tudashaka ko mutamenya, bene wacu, ivy’amakuba yadushikiye mu ntara ya Aziya+, yuko twari turemerewe bihebuje, birengeye inkomezi zacu, ku buryo twahagaritse umutima cane no ku vyerekeye ubuzima bwacu+.