Yohani 19:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Yezu rero amaze guhabwa nya muvinyu ukarishe, avuga ati: “Birarangutse+!”, hanyuma ajondamika umutwe, aracikana*+. Ivyahishuwe 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 bavuga n’ijwi rirenga bati: “Wa Mwagazi w’intama wishwe+ urabereye guhabwa ububasha n’ubutunzi n’ubukerebutsi n’inkomezi n’iteka n’ubuninahazwa n’umuhezagiro+.”
30 Yezu rero amaze guhabwa nya muvinyu ukarishe, avuga ati: “Birarangutse+!”, hanyuma ajondamika umutwe, aracikana*+.
12 bavuga n’ijwi rirenga bati: “Wa Mwagazi w’intama wishwe+ urabereye guhabwa ububasha n’ubutunzi n’ubukerebutsi n’inkomezi n’iteka n’ubuninahazwa n’umuhezagiro+.”