Kuvayo 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Musa aramvura inkoni yiwe ayerekeza mu majuru; maze Yehova arekura imituragaro n’urubura+, umuriro na wo ushungurukira kw’isi, Yehova aguma agwisha urubura ku gihugu ca Misiri. Yoweli 2:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Kandi nzotanga ibitangaza mu majuru+ no kw’isi, amaraso n’umuriro n’inkingi z’umwotsi+.
23 Nuko Musa aramvura inkoni yiwe ayerekeza mu majuru; maze Yehova arekura imituragaro n’urubura+, umuriro na wo ushungurukira kw’isi, Yehova aguma agwisha urubura ku gihugu ca Misiri.