Ivyahishuwe 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hanyuma mbona umwe mu mitwe yaco ari nk’aho wakerewe ugapfa, mugabo uruguma rwica+ rwaco rurakira, isi yose ica ikurikira nya gikoko igitangarira.
3 Hanyuma mbona umwe mu mitwe yaco ari nk’aho wakerewe ugapfa, mugabo uruguma rwica+ rwaco rurakira, isi yose ica ikurikira nya gikoko igitangarira.