Ivyahishuwe 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze uwundi mumarayika, uwa gatatu, arabakurikira, avuga mw’ijwi rirenga ati: “Nihagira uwusenga ca gikoko+ be n’ishusho yaco+, kandi akaronka ikimenyetso ku ruhanga rwiwe canke ku kuboko kwiwe+, Ivyahishuwe 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uwa mbere+ aragenda, asuka ibakure yiwe mw’isi+. Maze igisebe kibabaza kandi gikaze+ kiza ku bantu bari bafise ikimenyetso ca ca gikoko+ kandi bariko basenga ishusho yaco+. Ivyahishuwe 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze ca gikoko+ kirafatwa, gifatanwa na wa muhanuzi w’ikinyoma+ yakorera imbere yaco ibimenyetso+ yazimirisha abaronse ikimenyetso+ ca ca gikoko be n’abasenga ishusho+ yaco. Bikiri bizima, vyompi biraririzwa mu kiyaga c’umuriro cakishwa amazuku+.
9 Maze uwundi mumarayika, uwa gatatu, arabakurikira, avuga mw’ijwi rirenga ati: “Nihagira uwusenga ca gikoko+ be n’ishusho yaco+, kandi akaronka ikimenyetso ku ruhanga rwiwe canke ku kuboko kwiwe+,
2 Uwa mbere+ aragenda, asuka ibakure yiwe mw’isi+. Maze igisebe kibabaza kandi gikaze+ kiza ku bantu bari bafise ikimenyetso ca ca gikoko+ kandi bariko basenga ishusho yaco+.
20 Maze ca gikoko+ kirafatwa, gifatanwa na wa muhanuzi w’ikinyoma+ yakorera imbere yaco ibimenyetso+ yazimirisha abaronse ikimenyetso+ ca ca gikoko be n’abasenga ishusho+ yaco. Bikiri bizima, vyompi biraririzwa mu kiyaga c’umuriro cakishwa amazuku+.