Ivyahishuwe 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze gihagarara ku musenyi+ w’ikiyaga. Hanyuma mbona igikoko+ kiduga kiva mu kiyaga+, gifise amahembe cumi+ n’imitwe indwi+, ku mahembe yaco hakaba imigāra cumi, mugabo ku mitwe yaco hakaba amazina y’ukurogota ku Mana+.
13 Maze gihagarara ku musenyi+ w’ikiyaga. Hanyuma mbona igikoko+ kiduga kiva mu kiyaga+, gifise amahembe cumi+ n’imitwe indwi+, ku mahembe yaco hakaba imigāra cumi, mugabo ku mitwe yaco hakaba amazina y’ukurogota ku Mana+.