Ivyahishuwe 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi kirahāta abantu bose+, abato n’abahambaye, abatunzi n’aboro, abidegemvya n’abashumba, kugira ngo bashirweko ikimenyetso ku kuboko kwabo kw’ukuryo canke ku ruhanga rwabo+,
16 Kandi kirahāta abantu bose+, abato n’abahambaye, abatunzi n’aboro, abidegemvya n’abashumba, kugira ngo bashirweko ikimenyetso ku kuboko kwabo kw’ukuryo canke ku ruhanga rwabo+,