Yesaya 47:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Icara utekereje+, winjire mu mwiza+, ewe mukobwa w’Abakaludaya+; kuko batazokwongera kukwita Umugabekazi+ w’Ibihugu vy’abami+. Yakobo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+. Ivyahishuwe 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Kandi abami+ b’isi bakoranye na we ubusambanyi kandi bakibera mu bihinda vy’agaterasoni bazomuririra bongere bikubitagure ku gikiriza kubera intuntu+, nibaraba umwotsi+ uva ku kururumba kwiwe,
5 Icara utekereje+, winjire mu mwiza+, ewe mukobwa w’Abakaludaya+; kuko batazokwongera kukwita Umugabekazi+ w’Ibihugu vy’abami+.
4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.
9 “Kandi abami+ b’isi bakoranye na we ubusambanyi kandi bakibera mu bihinda vy’agaterasoni bazomuririra bongere bikubitagure ku gikiriza kubera intuntu+, nibaraba umwotsi+ uva ku kururumba kwiwe,