Matayo 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+. Ivyahishuwe 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi yari afise mu kuboko kwiwe kw’ukuryo inyenyeri indwi+, mu kanwa kiwe hasokorokamwo inkota ndende y’ubugi bubiri, ikarishe+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo rikayanganye mu bubasha bwaryo+.
2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+.
16 Kandi yari afise mu kuboko kwiwe kw’ukuryo inyenyeri indwi+, mu kanwa kiwe hasokorokamwo inkota ndende y’ubugi bubiri, ikarishe+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo rikayanganye mu bubasha bwaryo+.