ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 20
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 20:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:3; 2Sm 4:9
  • +Zb 9:10; Img 18:10

Zaburi 20:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:8
  • +2Sm 5:7; Zb 50:2; 134:3; Yes 12:6

Zaburi 20:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:4
  • +Lw 9:24; 1Ng 21:26; 2Ng 7:1

Zaburi 20:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 21:2
  • +Img 20:5

Zaburi 20:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:9; 51:14; 59:16; Lk 1:47
  • +1Sm 17:45
  • +Mt 7:7

Zaburi 20:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:2; 105:15; Lk 18:7
  • +1Bm 8:30; Zb 18:9
  • +Zb 17:7

Zaburi 20:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:17; Img 21:31; Yes 31:1; Hs 1:7
  • +2Ng 14:11; 20:12; 32:8

Zaburi 20:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 5:31
  • +Zb 125:1

Zaburi 20:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:50
  • +Zb 44:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 20:1It 35:3; 2Sm 4:9
Zab. 20:1Zb 9:10; Img 18:10
Zab. 20:22Ng 20:8
Zab. 20:22Sm 5:7; Zb 50:2; 134:3; Yes 12:6
Zab. 20:3Ivk 10:4
Zab. 20:3Lw 9:24; 1Ng 21:26; 2Ng 7:1
Zab. 20:4Zb 21:2
Zab. 20:4Img 20:5
Zab. 20:5Zb 35:9; 51:14; 59:16; Lk 1:47
Zab. 20:51Sm 17:45
Zab. 20:5Mt 7:7
Zab. 20:6Zb 2:2; 105:15; Lk 18:7
Zab. 20:61Bm 8:30; Zb 18:9
Zab. 20:6Zb 17:7
Zab. 20:7Zb 33:17; Img 21:31; Yes 31:1; Hs 1:7
Zab. 20:72Ng 14:11; 20:12; 32:8
Zab. 20:8Abc 5:31
Zab. 20:8Zb 125:1
Zab. 20:9Zb 18:50
Zab. 20:9Zb 44:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 20:1-9

Zaburi

Ku muyobozi. Agahibongozo ka Dawidi.

20 Yehova akwishure ku musi w’amarushwa+.

Izina ry’Imana ya Yakobo rigukingire+.

 2 Narungike ugutabarwa kwawe ari ha hantu heranda+,

Agushigikire ari i Siyoni ubwaho+.

 3 Niyibuke amashikanwa yawe yose+,

Yemere ishikanwa ryawe riturirwa, abone ko rinuze+. Sela.

 4 Naguhe nk’uko umutima wawe ugomba+,

Ashitse inama yawe yose+.

 5 Tuzokwiha akamo k’umunezero kubera ubukiriro bwawe+,

Kandi mw’izina ry’Imana yacu tuzoduza amabendera yacu+.

Yehova ashitse ivyo usaba vyose+.

 6 Ubu ndazi koko yuko Yehova atabura gukiza uwo yarobanuje amavuta+.

Amwishura ari mu majuru yiwe meranda+

Biciye ku bikorwa vy’inkomezi vyo gukiza vy’ukuryo kwiwe+.

 7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,

Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+.

 8 Abo nyene baravunitse, baragwa+;

Ariko tweho turahagurutse, kugira dusubirane+.

 9 Ewe Yehova, kiza umwami+!

Azotwishura ku musi duhamagaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika