ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 14
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 14:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:42; Gus 4:31; Zb 98:3
  • +Zk 1:17; Rm 11:7
  • +Gus 30:3; Yes 66:20; Yr 24:6; Ezk 36:24
  • +Ezr 2:58; Neh 11:21; Est 8:17; Yes 56:6; 60:3; Zk 8:22, 23

Yesaya 14:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:65; Yes 60:7; 61:5; Zk 2:9
  • +Est 10:3; Dn 5:29; 6:3
  • +Est 8:1; 9:3; Yes 60:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2006, rup. 11

Yesaya 14:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 3:1; 9:8; Yes 12:1; 32:18; Yr 30:10; Ezk 28:24

Yesaya 14:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:23; 51:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2002, rup. 30

Yesaya 14:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 125:3

Yesaya 14:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:17; Yes 33:1; Yr 25:12; 50:17; Yak 2:13
  • +Hab 1:6; Zk 1:15

Yesaya 14:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:13; Yr 27:11
  • +Zb 98:4; 126:2; Img 11:10; Yes 49:13; Yr 51:48; Ivh 18:20

Yesaya 14:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:13; 60:13
  • +Yr 46:23

Yesaya 14:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 9:10
  • +Img 2:18; Ums 3:20; Yes 26:14; Ezk 32:21
  • +Mt 25:33; Ivh 20:12
  • +Ezk 28:17

Yesaya 14:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:8
  • +Zb 82:7

Yesaya 14:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 18:22
  • +Yb 17:14; 24:20

Yesaya 14:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:4
  • +Ezk 28:17
  • +2Ng 36:17; Yr 51:7; Ezk 29:19; Dn 5:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 136-137

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2002, rup. 30

Yesaya 14:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:7; Dn 4:30
  • +Dn 2:38; 5:23
  • +Gh 24:17
  • +Yes 2:2; 24:23; Yw 3:17
  • +Zb 48:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 26

    15/9/2002, rup. 30

Yesaya 14:14

Utujambo tw'epfo

  • *

     Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 2:4
  • +Ezk 28:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 26

Yesaya 14:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:15; 14:11
  • +Ezk 28:8; 32:23

Yesaya 14:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:23; 51:25

Yesaya 14:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:21; Yes 64:10
  • +2Bm 24:14; 25:11; Yes 43:14

Yesaya 14:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 32:18

Yesaya 14:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:35; Yr 22:19
  • +Ezk 32:23
  • +2Bm 9:33

Yesaya 14:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 18:16; Zb 21:10; 37:28; 109:13; 137:8

Yesaya 14:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:5; Lw 26:39
  • +Nah 1:9

Yesaya 14:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:14; Yr 50:25; 51:56
  • +Zb 9:5; 109:13; Img 10:7
  • +Yr 51:62

Yesaya 14:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:21; Yr 50:39; 51:25, 62; Ivh 18:2

Yesaya 14:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:11; Heb 6:13
  • +Zb 33:9; Img 19:21; Yes 46:10

Yesaya 14:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:31; 31:8; 37:37; Ezk 31:3; 32:22
  • +2Bm 19:35; 2Ng 32:21; Yes 37:36
  • +Yes 10:24; Nah 1:13

Yesaya 14:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 21:30; Yes 23:9; 25:1
  • +Yb 40:8; Zb 33:11; Img 19:21; Yes 46:11
  • +2Ng 20:6; Yb 9:12; Yes 43:13

Yesaya 14:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:20; 2Ng 28:27

Yesaya 14:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ob 12
  • +Yos 13:3
  • +2Ng 28:18
  • +2Ng 26:6
  • +2Bm 18:8
  • +Yes 30:6

Yesaya 14:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:23; 65:13
  • +Yr 47:1; Ezk 25:16; Yw 3:4; Am 1:6; Zf 2:4; Zk 9:5

Yesaya 14:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:14; 25:9

Yesaya 14:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:12
  • +Zb 48:1; 87:1; 102:16; 132:13; Yes 28:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 14:1Lw 26:42; Gus 4:31; Zb 98:3
Yes. 14:1Zk 1:17; Rm 11:7
Yes. 14:1Gus 30:3; Yes 66:20; Yr 24:6; Ezk 36:24
Yes. 14:1Ezr 2:58; Neh 11:21; Est 8:17; Yes 56:6; 60:3; Zk 8:22, 23
Yes. 14:2Ezr 2:65; Yes 60:7; 61:5; Zk 2:9
Yes. 14:2Est 10:3; Dn 5:29; 6:3
Yes. 14:2Est 8:1; 9:3; Yes 60:14
Yes. 14:3Ezr 3:1; 9:8; Yes 12:1; 32:18; Yr 30:10; Ezk 28:24
Yes. 14:4Yr 50:23; 51:36
Yes. 14:5Zb 125:3
Yes. 14:62Ng 36:17; Yes 33:1; Yr 25:12; 50:17; Yak 2:13
Yes. 14:6Hab 1:6; Zk 1:15
Yes. 14:7Yes 49:13; Yr 27:11
Yes. 14:7Zb 98:4; 126:2; Img 11:10; Yes 49:13; Yr 51:48; Ivh 18:20
Yes. 14:8Yes 55:13; 60:13
Yes. 14:8Yr 46:23
Yes. 14:9Ums 9:10
Yes. 14:9Img 2:18; Ums 3:20; Yes 26:14; Ezk 32:21
Yes. 14:9Mt 25:33; Ivh 20:12
Yes. 14:9Ezk 28:17
Yes. 14:10Zb 137:8
Yes. 14:10Zb 82:7
Yes. 14:11Ivh 18:22
Yes. 14:11Yb 17:14; 24:20
Yes. 14:12Yes 34:4
Yes. 14:12Ezk 28:17
Yes. 14:122Ng 36:17; Yr 51:7; Ezk 29:19; Dn 5:19
Yes. 14:13Yes 47:7; Dn 4:30
Yes. 14:13Dn 2:38; 5:23
Yes. 14:13Gh 24:17
Yes. 14:13Yes 2:2; 24:23; Yw 3:17
Yes. 14:13Zb 48:2
Yes. 14:142Ts 2:4
Yes. 14:14Ezk 28:2
Yes. 14:15Lk 10:15; 14:11
Yes. 14:15Ezk 28:8; 32:23
Yes. 14:16Yr 50:23; 51:25
Yes. 14:172Bm 25:21; Yes 64:10
Yes. 14:172Bm 24:14; 25:11; Yes 43:14
Yes. 14:18Ezk 32:18
Yes. 14:192Bm 9:35; Yr 22:19
Yes. 14:19Ezk 32:23
Yes. 14:192Bm 9:33
Yes. 14:20Yb 18:16; Zb 21:10; 37:28; 109:13; 137:8
Yes. 14:21Kv 20:5; Lw 26:39
Yes. 14:21Nah 1:9
Yes. 14:22Yes 43:14; Yr 50:25; 51:56
Yes. 14:22Zb 9:5; 109:13; Img 10:7
Yes. 14:22Yr 51:62
Yes. 14:23Yes 13:21; Yr 50:39; 51:25, 62; Ivh 18:2
Yes. 14:24Yes 55:11; Heb 6:13
Yes. 14:24Zb 33:9; Img 19:21; Yes 46:10
Yes. 14:25Yes 30:31; 31:8; 37:37; Ezk 31:3; 32:22
Yes. 14:252Bm 19:35; 2Ng 32:21; Yes 37:36
Yes. 14:25Yes 10:24; Nah 1:13
Yes. 14:27Img 21:30; Yes 23:9; 25:1
Yes. 14:27Yb 40:8; Zb 33:11; Img 19:21; Yes 46:11
Yes. 14:272Ng 20:6; Yb 9:12; Yes 43:13
Yes. 14:282Bm 16:20; 2Ng 28:27
Yes. 14:29Ob 12
Yes. 14:29Yos 13:3
Yes. 14:292Ng 28:18
Yes. 14:292Ng 26:6
Yes. 14:292Bm 18:8
Yes. 14:29Yes 30:6
Yes. 14:30Yes 30:23; 65:13
Yes. 14:30Yr 47:1; Ezk 25:16; Yw 3:4; Am 1:6; Zf 2:4; Zk 9:5
Yes. 14:31Yr 1:14; 25:9
Yes. 14:322Bm 20:12
Yes. 14:32Zb 48:1; 87:1; 102:16; 132:13; Yes 28:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 14:1-32

Yesaya

14 Kuko Yehova azogirira imbabazi Yakobo+, kandi n’ubundi ntazogenda adatoye Isirayeli+; azobaha vy’ukuri akaruhuko ku butaka bwabo+, kandi kavamahanga azokwungwa kuri bo, kandi bazokwifatanya n’inzu ya Yakobo+. 2 Kandi ibisata vy’abantu bizobatora bibazane ahantu habo, kandi inzu ya Isirayeli izobijanira bwa kintu bigabira ku butaka bwa Yehova, ari abasuku n’abasukukazi+; bazogira imbohe+ abari babagize imbohe, kandi bazoganza abahora babahindagiza ku bikorwa+.

3 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba ku musi Yehova azoguha kuruhuka ububabare bwawe n’umudugararo wawe na bwa bushumba buruhije warimwo hamwe wari wagizwe umushumba+: 4 uzoshira hejuru iyi mvugo y’akagani ku mwami wa Babiloni, uti:

“Ewe kuntu uwahora ahindagiza abandi ku bikorwa ageze aho ivyiwe bihagarara, agahahazo kagahagarara+! 5 Yehova avunye inkoni y’ababisha, ikibando c’abaganza+, 6 uwahora yama akubita inkoni ibisata vy’abantu n’uburake+, uwanesha amahanga n’ishavu n’akantu, akayahama uruhamo rutagira akarimbi+. 7 Isi yose iraruhutse+, ikize umudurumbanyo. Abantu bagize akamwemwe mu kwiha akamo k’umunezero+. 8 Mbere n’ibiti vy’imiberoshi+ na vyo nyene biranezerewe kubera wewe, amasederi y’i Libani, ngo: ‘Kuva aho uryamiye hasi, nta mwicizi w’ibiti+ aduga kutubangamira.’

9 “Mbere n’ukuzimu+ munsi kwanyiganyize kubera wewe ngo kugusanganire uje. Kubera wewe kwakanguye barya ata co bashoboye mu rupfu+, za ndongozi zo kw’isi zose zimeze nk’amasuguru y’impene+. Kwahagurukije abami bose b’amahanga bava ku ntebe zabo z’ubwami+. 10 Bose barafata ijambo bakakubwira bati: ‘Mbega nawe wagizwe goyigoyi nkatwe+? Wagizwe uwumeze nkatwe+? 11 Ubwishime bwawe bumanuwe mu kuzimu, rwa rwamo rw’ibicurarangisho vyawe vy’imirya+. Munsi yawe, inyo zishashe nk’uburiri; inyo ni zo wipfuka+.’

12 “Ewe kuntu watibutse uvuye mw’ijuru+, wewe ukayangana, mwana w’umutwenzi! Ewe kuntu wiciwe ukagwa kw’isi+, wewe wahora umugaza amahanga+! 13 Nayo wewe, wavuze mu mutima wawe ngo: ‘Nzoduga nshike mw’ijuru+. Nzoduza intebe yanje y’ubwami+ hejuru y’inyenyeri+ z’Imana, kandi nzovyagira ku musozi w’ihuriro+, mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+. 14 Nzoduga hejuru y’ibibanza bikirurutse* vyo mu bicu+; nzokwigira uwusa na Musumbavyose+.’

15 “Yamara uzomanurwa mu kuzimu+, mu bice vya kure rwose vy’icobo+. 16 Abakubona bazokwitegereza; bazokwihweza bitonze, bavuge bati: ‘Mbega uyu ni wa muntu yahora ahagarika umutima isi, yahora atigitisha ubwami+, 17 yatuma ubutaka bwimbuka bucika nk’agahinga, agatembagaza ibisagara vyabwo+, ntiyugururire n’imbohe ziwe inzira itaha+?’ 18 Abami bose b’amahanga, egome, bose uko bangana, bariryamiye mu buninahazwa, umwe wese mu nzu yiwe+. 19 Mugabo wewe, warashibuwe utagira ikibanza co guhambwamwo+, nk’umunago wanswe urunuka, wambaye abantu bishwe, basogoswe inkota, bariko bamanuka gushika ku mabuye y’icobo+, nk’umuvyimba uhonyangirwa hasi+. 20 Ntuzoja hamwe na bo mu mva, kuko watikije igihugu cawe, ukica abantu bawe. Uruvyaro rw’inkozi z’ikibi ntiruzovugwa, gushika igihe kitagira urugero+.

21 “Nimutegure yemwe igiti co gukerererako abana biwe kubera ikosa rya ba sekuruza+, kugira ntibahaguruke ngo bigarurire isi, ubutaka bwimbuka bakabwuzuzako ibisagara+.”

22 “Kandi nzobahagurukira+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

“Kandi nzorandura muri Babiloni izina+ n’amasigarira n’umuryango n’uruvyaro+,” ni ko Yehova avuze.

23 “Kandi nzomugira icibare c’ibinyogoto n’ibidengeri vy’amazi vyuzuyeko amarenga, ndamukubuze umukubuzo w’agatikizo+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

24 Yehova nyen’ingabo yarahiye+, ati: “Ni ukuri, nk’uko niyumviriye, ni ko bizotegerezwa kuba; kandi nk’uko nabishinze, ni vyo bizoranguka+, 25 kugira ngo mvune Umwashuri mu gihugu canje+, ndamuhonyangire hasi ku misozi yanje+; no kugira ngo ingǒgo yiwe ibaveko, n’umutwaro wiwe ubave ku rutugu+.”

26 Iyi ni yo ngingo ipfunditswe ku bwo guhasha isi yose, kandi uku ni kwo kuboko kuramvuriwe amahanga yose. 27 Kuko Yehova nyen’ingabo ubwiwe yabishinze+: none ni nde yobisambura+? Ukuboko kwiwe kuraramvuye: none ni nde yogusubiza inyuma+?

28 Mu mwaka Umwami Ahazi yapfa+, haje iri jambo: 29 “Ntunezerwe+, ewe Filisitiya+, habe n’umwe mu bo muri wewe, ngo ni uko ikibando c’uwagukubita kivunywe+. Kuko mu muzi w’inzoka+ hazosokorokamwo inzoka y’ubumara+, kandi icamwa cawo kizoba inzoka y’umuriro iguruka+. 30 Kandi imfura z’abantu batobato zizorya koko, n’aboro bazokwiryamira mu mutekano+. Umuzi wawe nzowicisha ikigoyi, ibisigarira vyawe na vyo vyicwe+. 31 Boroga, wa rembo we! Semerera wa gisagara we! Emwe, uzovunika umutima wewe wese, ewe Filisitiya! Kuko umwotsi uriko uzanana mu buraruko, kandi nta n’umwe akurwa mu ngabo ziwe zitonze imirongo+.”

32 None umuntu azokwishura iki intumwa+ z’iryo hanga? Yuko Yehova ubwiwe yashinze umushinge wa Siyoni+, be n’uko muri we ari ho abarushwa bo mu bantu biwe bazohungira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika