ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 40
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 40:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 40:11; 41:9
  • +Ivk 7:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2015, rup. 12

Itanguriro 40:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:10; Img 16:14; 19:12
  • +It 40:20

Itanguriro 40:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 37:36
  • +It 39:20; Zb 105:18

Itanguriro 40:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 39:22

Itanguriro 40:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 33:15
  • +It 41:11
  • +It 41:12
  • +It 41:10

Itanguriro 40:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:13; Dn 1:10

Itanguriro 40:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2015, rup. 12-13

Itanguriro 40:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:16; Zb 25:14; Dn 2:28, 45

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2015, rup. 13

    1/12/2011, rup. 12-13

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 9, 119-124, 246-248

Itanguriro 40:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:23

Itanguriro 40:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 3:10
  • +It 40:21

Itanguriro 40:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:12; Dn 2:30

Itanguriro 40:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 40:21; 41:13; Yr 52:31
  • +Neh 2:1

Itanguriro 40:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:31; Lk 23:42
  • +2Sm 9:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2017, rup. 20-21

Itanguriro 40:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:13; 37:28; 41:12; Kv 21:16; Ivk 7:9
  • +It 39:8; Zb 105:19; 119:86; Dn 6:22; Yoh 15:25; Heb 12:11; 1Pt 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2017, rup. 20-21

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2014, rup. 14-15

Itanguriro 40:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:20; 1Ng 12:40
  • +It 15:11

Itanguriro 40:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:12

Itanguriro 40:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:13; Gus 21:22; Yos 8:29; 10:26
  • +1Sm 17:44; 2Sm 21:10; Yr 16:4; Ezk 39:4; Ivh 19:17

Itanguriro 40:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 7:1; Mr 6:21
  • +Img 16:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 44

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/1998, rup. 21

Itanguriro 40:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 2:1

Itanguriro 40:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:13; Est 7:10
  • +It 40:8; Dn 2:30

Itanguriro 40:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 40:14; Yb 19:14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 40:1It 40:11; 41:9
Ita. 40:1Ivk 7:10
Ita. 40:2It 41:10; Img 16:14; 19:12
Ita. 40:2It 40:20
Ita. 40:3It 37:36
Ita. 40:3It 39:20; Zb 105:18
Ita. 40:4It 39:22
Ita. 40:5Yb 33:15
Ita. 40:5It 41:11
Ita. 40:5It 41:12
Ita. 40:5It 41:10
Ita. 40:6Img 15:13; Dn 1:10
Ita. 40:7Lk 24:17
Ita. 40:8It 41:16; Zb 25:14; Dn 2:28, 45
Ita. 40:10Gh 13:23
Ita. 40:11Img 3:10
Ita. 40:11It 40:21
Ita. 40:12It 41:12; Dn 2:30
Ita. 40:13It 40:21; 41:13; Yr 52:31
Ita. 40:13Neh 2:1
Ita. 40:141Sm 25:31; Lk 23:42
Ita. 40:142Sm 9:1
Ita. 40:15It 14:13; 37:28; 41:12; Kv 21:16; Ivk 7:9
Ita. 40:15It 39:8; Zb 105:19; 119:86; Dn 6:22; Yoh 15:25; Heb 12:11; 1Pt 3:17
Ita. 40:17It 49:20; 1Ng 12:40
Ita. 40:17It 15:11
Ita. 40:18It 41:12
Ita. 40:19It 41:13; Gus 21:22; Yos 8:29; 10:26
Ita. 40:191Sm 17:44; 2Sm 21:10; Yr 16:4; Ezk 39:4; Ivh 19:17
Ita. 40:20Ums 7:1; Mr 6:21
Ita. 40:20Img 16:14
Ita. 40:21Neh 2:1
Ita. 40:22It 41:13; Est 7:10
Ita. 40:22It 40:8; Dn 2:30
Ita. 40:23It 40:14; Yb 19:14
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 40:1-23

Itanguriro

40 Inyuma y’ivyo, uwuhereza ibinyobwa+ umwami wa Misiri be n’uwukora igikorwa co kwotsa bacumura ku mukama wabo umwami wa Misiri+. 2 Farawo arākarira abo bakozi biwe babiri+, umukuru w’abahereza ibinyobwa n’umukuru w’abakora igikorwa co kwotsa+. 3 Abashira rero mw’ibohero ry’inzu y’umukuru w’abacungera ubuzima+, mu nzu y’ibohero+, hamwe Yozefu yari abohewe. 4 Maze nya mukuru w’abacungera ubuzima ashinga Yozefu kuba hafi yabo kugira abakorere+; baguma mw’ibohero imisi kanaka.

5 Nuko bompi barota indoto+ mw’ijoro rimwe+, umwe wese indoto yiwe, indoto yose ikagira insobanuro yayo+, wa wundi ahereza ibinyobwa n’umwe akora igikorwa co kwotsa begukira umwami wa Misiri bari imbohe mu nzu y’ibohero+. 6 Mu gitondo, Yozefu yinjiye iyo bari akababona, erega, ehe bari bajonjogoye+. 7 Nuko atangura kubaza nya bakozi ba Farawo bari kumwe na we mw’ibohero ry’inzu ya shebuja ati: “Kubera iki mwijiriwe mu maso uno musi+?” 8 Na bo bamubwira bati: “Twarose indoto, kandi nta musobanuzi ari kumwe natwe.” Nuko Yozefu ababwira ati: “None ugusobanura si ukw’Imana+? Ndabinginze mubinyiganire.”

9 Maze umukuru w’abahereza ibinyobwa yiganira indoto yiwe Yozefu, amubwira ati: “Mu ndoto yanje, erega, ehe hari umuzabibu imbere yanje. 10 Kuri nya muzabibu hari udushami dutatu, kandi wasa n’uwuriko urazana iminago+. Amashurwe yawo arasokoroka. Inzabibu zo ku misoko yawo zirasha. 11 Igikombe ca Farawo cari mu kuboko kwanje, maze mfata nya nzabibu ndazikanyira mu gikombe ca Farawo+. Inyuma y’ivyo nshira nya gikombe mu kiganza ca Farawo+.” 12 Nuko Yozefu amubwira ati: “Ng’iyi insobanuro yayo+: Utwo dushami dutatu ni imisi itatu. 13 Mu misi itatu uhereye ubu Farawo azoduza umutwe wawe, agusubize koko mw’ibanga ryawe+; nawe ata gukeka uzoshira igikombe ca Farawo mu kiganza ciwe, nk’uko wahora ubigira igihe wakora igikorwa co kumuhereza ibinyobwa+. 14 Yamara rero, uze unyibuke nivyamara kukugendera neza+, kandi ndakwinginze uze ungirire ubuntu bwuzuye urukundo, ubwire ivyanje Farawo+, unkuze muri iyi nzu. 15 Kuko nanyurujwe vy’ukuri nkuwe mu gihugu c’Abaheburayo+; kandi no ng’aha nta kintu na kimwe nakoze cotumye banshira muri iki cobo c’ibohero+.”

16 Umukuru w’abakora igikorwa co kwotsa abonye ko yasobanuye ikintu ciza, na we abwira Yozefu ati: “Nanje narose, mbona ku mutwe wanje hari ibisimbo bitatu vy’umukate wera; 17 mu gisimbo co hejuru ya vyose hari ubwoko bwose bw’ibiribwa vya Farawo+, ivyakozwe n’uwukora igikorwa co kwotsa, kandi hari ibiguruka+ vyariko bibirya bibikura mu gisimbo hejuru y’umutwe wanje.” 18 Nuko Yozefu arishura, avuga ati: “Ng’iyi insobanuro yavyo+: Ivyo bisimbo bitatu ni imisi itatu. 19 Mu misi itatu uhereye ubu Farawo azoduza umutwe wawe awukuye kuri wewe, akumanike koko ku mugogo w’igiti+; ibiguruka bizorya inyama zo ku mubiri wawe+.”

20 Kandi umusi ugira gatatu wari umusi w’ivuka rya Farawo+, maze atereka inzimano abasuku biwe bose yongera aduza umutwe wa wa mukuru w’abahereza ibinyobwa n’umutwe wa wa mukuru w’abakora igikorwa co kwotsa, hagati mu basuku biwe+. 21 Asubiza rero uwo mukuru w’abahereza ibinyobwa mu gikorwa ciwe co guhereza ibinyobwa+, abandanya gushira igikombe mu kiganza ca Farawo. 22 Mugabo uwo mukuru w’abakora igikorwa co kwotsa aramumanika+, nk’uko Yozefu yari yabasobanuriye+. 23 Ariko uwo mukuru w’abahereza ibinyobwa ntiyibuka Yozefu; aramwibagira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika