ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:1; Mik 1:1; Hab 1:1

Yesaya 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:20; 30:24; Ezk 38:16; Dn 12:9; Ivk 2:17; 2Tm 3:1; Ivh 12:12
  • +Ivk 10:35; 1Pt 2:5
  • +Dn 2:35; Zk 8:3; Heb 12:22; Ivh 21:10
  • +Mik 4:1
  • +Zb 2:8; 72:8; 86:9; Hg 2:7; Mal 3:12; Ivh 11:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2016, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2007, rup. 24-25

    Intwaro, rup. 24

Yesaya 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:6; Zk 8:23; Ivh 22:17
  • +Zb 25:8; Yes 54:13; Mik 4:2; Yoh 7:16; Ivk 10:33; 1Ts 4:9
  • +Zb 110:2; Yes 51:4; Rm 10:18; Ivh 21:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2016, rup. 17

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 2 2016 rup. 13

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2016, rup. 3

    Intwaro, rup. 24

Yesaya 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:10; Zb 82:8; 96:13; 110:6; Ivk 17:31
  • +Img 11:5; Mt 3:3; Lk 3:5; Yoh 1:23; 2Tm 3:16; Heb 9:10
  • +Yes 1:18; Ef 2:1; Kl 2:13
  • +Zb 46:9; Hs 2:18; Zk 9:10
  • +Zb 72:7; Yes 60:18; Mik 4:3; Mt 5:44; 26:52

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2016, rup. 3

Yesaya 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:15; Yes 60:19; 1Yh 1:7; Ivh 21:23

Yesaya 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:17; 2Ng 24:20
  • +Ivh 17:5
  • +Lw 19:31; Gus 18:10; Zb 106:35
  • +Ezr 9:2; Neh 13:24

Yesaya 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:21
  • +Gus 17:16; 1Bm 4:26

Yesaya 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:2; 33:7; Yr 2:28
  • +Gus 4:28; Zb 115:4; Hs 13:2; Ivh 9:20

Yesaya 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:7; Yos 24:19; Yr 18:23; Mr 3:29

Yesaya 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:18; 1Ng 29:11; Zb 119:120

Yesaya 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:32; Mal 4:1; Lk 18:14; Yak 4:6; 1Pt 5:5
  • +Yes 24:23; Mik 4:7; Zf 2:11

Yesaya 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:6; Yr 46:10; Ezk 13:5; Am 5:18; 1Ts 5:2
  • +Yes 66:16; Yr 25:31

Yesaya 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:33; Ezk 31:3; Zk 11:2
  • +Am 4:1

Yesaya 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 110:5

Yesaya 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 1:16

Yesaya 2:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:22; Ezk 27:25

Yesaya 2:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:11; Yr 48:29; Ezk 28:5
  • +Yes 2:11

Yesaya 2:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 27:9; Ezk 36:25; 37:23; Hs 14:8; Zk 13:2

Yesaya 2:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 76:7; Yes 2:10; Lk 23:30; 2Ts 1:9; Ivh 6:15
  • +Zb 7:6; Mik 1:3; Heb 12:26; 2Pt 3:10; Ivh 16:18

Yesaya 2:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 2:8; 30:22; 31:7

Yesaya 2:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:11; Zb 96:6; 119:120

Yesaya 2:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:7; Yb 27:3
  • +Yb 7:17; Zb 8:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 2:1Yes 1:1; Mik 1:1; Hab 1:1
Yes. 2:2Dn 2:35; Zk 8:3; Heb 12:22; Ivh 21:10
Yes. 2:2Mik 4:1
Yes. 2:2Zb 2:8; 72:8; 86:9; Hg 2:7; Mal 3:12; Ivh 11:15
Yes. 2:2Yr 23:20; 30:24; Ezk 38:16; Dn 12:9; Ivk 2:17; 2Tm 3:1; Ivh 12:12
Yes. 2:2Ivk 10:35; 1Pt 2:5
Yes. 2:3Yr 31:6; Zk 8:23; Ivh 22:17
Yes. 2:3Zb 25:8; Yes 54:13; Mik 4:2; Yoh 7:16; Ivk 10:33; 1Ts 4:9
Yes. 2:3Zb 110:2; Yes 51:4; Rm 10:18; Ivh 21:24
Yes. 2:41Sm 2:10; Zb 82:8; 96:13; 110:6; Ivk 17:31
Yes. 2:4Img 11:5; Mt 3:3; Lk 3:5; Yoh 1:23; 2Tm 3:16; Heb 9:10
Yes. 2:4Yes 1:18; Ef 2:1; Kl 2:13
Yes. 2:4Zb 46:9; Hs 2:18; Zk 9:10
Yes. 2:4Zb 72:7; Yes 60:18; Mik 4:3; Mt 5:44; 26:52
Yes. 2:5Zb 89:15; Yes 60:19; 1Yh 1:7; Ivh 21:23
Yes. 2:6Gus 31:17; 2Ng 24:20
Yes. 2:6Ivh 17:5
Yes. 2:6Lw 19:31; Gus 18:10; Zb 106:35
Yes. 2:6Ezr 9:2; Neh 13:24
Yes. 2:71Bm 10:21
Yes. 2:7Gus 17:16; 1Bm 4:26
Yes. 2:82Ng 28:2; 33:7; Yr 2:28
Yes. 2:8Gus 4:28; Zb 115:4; Hs 13:2; Ivh 9:20
Yes. 2:9Kv 20:7; Yos 24:19; Yr 18:23; Mr 3:29
Yes. 2:10Kv 20:18; 1Ng 29:11; Zb 119:120
Yes. 2:11Yr 50:32; Mal 4:1; Lk 18:14; Yak 4:6; 1Pt 5:5
Yes. 2:11Yes 24:23; Mik 4:7; Zf 2:11
Yes. 2:12Yes 13:6; Yr 46:10; Ezk 13:5; Am 5:18; 1Ts 5:2
Yes. 2:12Yes 66:16; Yr 25:31
Yes. 2:13Yes 10:33; Ezk 31:3; Zk 11:2
Yes. 2:13Am 4:1
Yes. 2:14Zb 110:5
Yes. 2:15Zf 1:16
Yes. 2:161Bm 10:22; Ezk 27:25
Yes. 2:17Yes 13:11; Yr 48:29; Ezk 28:5
Yes. 2:17Yes 2:11
Yes. 2:18Yes 27:9; Ezk 36:25; 37:23; Hs 14:8; Zk 13:2
Yes. 2:19Zb 76:7; Yes 2:10; Lk 23:30; 2Ts 1:9; Ivh 6:15
Yes. 2:19Zb 7:6; Mik 1:3; Heb 12:26; 2Pt 3:10; Ivh 16:18
Yes. 2:20Yes 2:8; 30:22; 31:7
Yes. 2:211Ng 29:11; Zb 96:6; 119:120
Yes. 2:22It 2:7; Yb 27:3
Yes. 2:22Yb 7:17; Zb 8:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 2:1-22

Yesaya

2 Ng’iki ikintu Yesaya mwene Amozi yabonye ku vyerekeye Yuda na Yeruzalemu+: 2 Ibi ni vyo bizotegerezwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+: umusozi w’inzu+ ya Yehova uzoshimangirwa hejuru y’isonga ry’imisozi+, emwe, uduzwe hejuru y’imirambi+; kandi amahanga yose azorindiga koko aja kuri wo+. 3 Ibisata vy’abantu vyinshi bizogenda koko, bivuge biti: “Nimuze+ tuduge ku musozi wa Yehova, ku nzu y’Imana ya Yakobo; izotwigisha inzira zayo, natwe tuzogendera mu minyuro yayo+.” Kuko i Siyoni hazova itegeko, n’i Yeruzalemu hakava ijambo rya Yehova+. 4 Kandi azoca imanza koko hagati mu mahanga+, agorore ibintu+ ku bijanye n’ibisata vy’abantu vyinshi+. Kandi inkota zabo bazobwirizwa kuzicuramwo ibirimisho, n’amacumu yabo bayacuremwo imihoro yo gututūra+. Nta hanga rizobangurira inkota irindi hanga, eka ntibazokwongera kwiga kurwana+.

5 Emwe bantu b’inzu ya Yakobo, nimuze tugendere mu muco wa Yehova+.

6 Kuko wahevye abantu bawe, inzu ya Yakobo+. Kuko basigaye buzuye ibiva mu Buseruko+, bakaba ari abanyamageza+ nk’Abafilisitiya, kandi bagwije abana b’abanyamahanga+. 7 Igihugu cabo cuzuye ifeza n’inzahabu, kandi amatunga yabo nta karimbi agira+. Igihugu cabo cuzuye amafarasi, kandi imikogote yabo nta karimbi igira+. 8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+. 9 Umuntu yakuwe mw’ivu arunama, umuntu akaja hasi, kandi ntiwoshobora kubaharira+.

10 Niwinjire mu gitandara, winyegeze mu mukungugu kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, uhunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+. 11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+. 12 Kuko ari umusi wa Yehova nyen’ingabo+. Uri ku muntu wese yinantaza kandi yishira hejuru, no ku muntu wese ari hejuru canke ari hasi+; 13 no ku masederi yose y’i Libani+ agereza hejuru kandi yidugije, no ku biti bisagaraye vyose vy’i Bashani+; 14 no ku misozi yose igereza hejuru no ku mirambi yose yidugije+; 15 no ku munara muremure wose no ku ruhome rwose rukomejwe+; 16 no ku meri z’i Tarushishi+ zose no ku mato ahimbaye yose. 17 Kandi ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu butegerezwa kumanuka, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kuja hasi+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+.

18 Kandi imana ata co zimaze zizogenda amazimayongo+. 19 Kandi abantu bazokwinjira mu masenga y’ibitandara no mu binogo vyo mu mukungugu kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, bahunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+, niyahaguruka kugira ngo isi iranduke umutima+. 20 Kuri uwo musi umuntu yakuwe mw’ivu azoshiburira imbeba za mushushwe n’ubuhungarema imana ziwe zitagira akamaro z’ifeza, be n’imana ziwe ata co zimaze z’inzahabu bari bamuhinguriye ngo azunamire+, 21 kugira yinjire mu binogo vyo mu bitandara no mu migaga y’amabuye y’urutare, kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, bahunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+, niyahaguruka kugira ngo isi iranduke umutima. 22 Ku neza yanyu, nimuce kure umuntu yakuwe mw’ivu, umwe impemu ziwe ziri mu mazuru yiwe+; kuko, ni impamvu nki yotuma yiyumvirwa+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika