Abalewi 24:15, 16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Uheze ubwire Abisirayeli uti: “Umuntu wese azotuka* Imana yiwe azobihanirwa. 16 Uwutyoje izina rya Yehova rero ategerezwa gupfa+. Ishengero ryose rikwiye kumwicisha amabuye. Umunyamahanga aba muri mwebwe atyoje izina ry’Imana ategerezwa kwicwa cokimwe n’imvukira. Gusubira mu vyagezwe 5:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ntugakoreshe nabi izina rya Yehova Imana yawe+, kuko Yehova atazoreka guhana uwo wese akoresha nabi izina ryiwe+.
15 Uheze ubwire Abisirayeli uti: “Umuntu wese azotuka* Imana yiwe azobihanirwa. 16 Uwutyoje izina rya Yehova rero ategerezwa gupfa+. Ishengero ryose rikwiye kumwicisha amabuye. Umunyamahanga aba muri mwebwe atyoje izina ry’Imana ategerezwa kwicwa cokimwe n’imvukira.
11 Ntugakoreshe nabi izina rya Yehova Imana yawe+, kuko Yehova atazoreka guhana uwo wese akoresha nabi izina ryiwe+.