Guharura 11:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Yosuwa+ mwene Nuni, uwabaye umufasha wa Musa kuva akiri umusore, aca abwira Musa ati: «Databuja, babuze+!» Gusubira mu vyagezwe 1:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Yosuwa mwene Nuni umusuku wawe+ ni we azocinjiramwo+. Numukomeze*+ kuko ari we azotuma Abisirayeli batorana ico gihugu.’) Yosuwa 1:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 1 Inyuma y’urupfu rwa Musa umusavyi wa Yehova, Yehova abwira Yosuwa*+ mwene Nuni, umufasha*+ wa Musa ati:
28 Yosuwa+ mwene Nuni, uwabaye umufasha wa Musa kuva akiri umusore, aca abwira Musa ati: «Databuja, babuze+!»
38 Yosuwa mwene Nuni umusuku wawe+ ni we azocinjiramwo+. Numukomeze*+ kuko ari we azotuma Abisirayeli batorana ico gihugu.’)
1 Inyuma y’urupfu rwa Musa umusavyi wa Yehova, Yehova abwira Yosuwa*+ mwene Nuni, umufasha*+ wa Musa ati: