4 Nta mugabo wo mu ruvyaro rwa Aroni arwaye imibembe+ canke ibintu biva mu gihimba c’irondoka+ ashobora kurya ku bintu vyeranda atarahumanuka+. Ni cokimwe n’umuntu yakoze ku wahumanijwe n’ikiziga+, canke umugabo imbuto zavuyemwo+, 5 canke uwakoze ku gakoko gahumanye+ canke ku muntu ahumanye+.