Guharura 26:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Zelofehadi umuhungu wa Heferi nta bahungu yari yaravyaye, yari afise abakobwa gusa+. Abo bakobwa biwe+ bari Mahila, Nowa, Hogula, Milika na Tiruza.
33 Zelofehadi umuhungu wa Heferi nta bahungu yari yaravyaye, yari afise abakobwa gusa+. Abo bakobwa biwe+ bari Mahila, Nowa, Hogula, Milika na Tiruza.