Zaburi 94:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 94 Ewe Yehova, Mana yihora ababisha+,ewe Mana yihora ababisha, nubereke ico uri! Yesaya 1:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ni co gituma Umukama w’ukuri, Yehova Nyeningabo,wa Munyabubasha wa Isirayeli, avuze ati: «Emwe, ngomba nikureko abandwanya,nihore abansi banje+. Nahumu 1:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova ni Imana isaba gusengwa* yonyene+ kandi yihora.Yehova arihora kandi agiye kwerekana ishavu ryiwe+. Yehova arihora abamurwanya,kandi aguma ashavuriye abansi biwe.
24 Ni co gituma Umukama w’ukuri, Yehova Nyeningabo,wa Munyabubasha wa Isirayeli, avuze ati: «Emwe, ngomba nikureko abandwanya,nihore abansi banje+.
2 Yehova ni Imana isaba gusengwa* yonyene+ kandi yihora.Yehova arihora kandi agiye kwerekana ishavu ryiwe+. Yehova arihora abamurwanya,kandi aguma ashavuriye abansi biwe.