ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Hazoca hakurikira umuryango wa Gadi. Umukuru w’abakomoka kuri Gadi ni Eliyasafu+ umuhungu wa Ruweli*.

  • Guharura 7:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Yehova yaciye abwira Musa ati: «Buri musi, umukuru umwumwe ni we azoza aratanga ishikanwa ryo gushikiriza Imana igicaniro.»

  • Guharura 7:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Ku musi ugira gatandatu, hari haramukiwe Eliyasafu+ umuhungu wa Duweli, umukuru w’abakomoka kuri Gadi.

  • Guharura 10:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Umukuru w’umuryango wa Gadi na we yari Eliyasafu+ umuhungu wa Duweli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika