Guharura 26:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Isi yaciye yasama irabamira. Kora na we yapfiriye hamwe n’abamushigikiye igihe umuriro waturira abagabo 250 bagapfa+. Ivyabashikiye vyabereye akarorero abandi+. Gusubira mu vyagezwe 11:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 canke ivyo yakoreye Datani na Abiramu abahungu ba Eliyabu mwene Rubeni, igihe isi yasama ikabamirana n’imiryango yabo, amahema yabo, ibitungwa vyose n’abantu bose bari kumwe na bo, kandi ivyo bikaba Abisirayeli bose babona+. Zaburi 106:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Isi yaciye yasama imira Datani,ipfuka n’abari bashigikiye Abiramu+.
10 Isi yaciye yasama irabamira. Kora na we yapfiriye hamwe n’abamushigikiye igihe umuriro waturira abagabo 250 bagapfa+. Ivyabashikiye vyabereye akarorero abandi+.
6 canke ivyo yakoreye Datani na Abiramu abahungu ba Eliyabu mwene Rubeni, igihe isi yasama ikabamirana n’imiryango yabo, amahema yabo, ibitungwa vyose n’abantu bose bari kumwe na bo, kandi ivyo bikaba Abisirayeli bose babona+.