- 
	                        
            
            Guharura 26:62, 63Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
 - 
                            
- 
                                        
62 Abahungu bose banditswe muri bo, kuva ku kwezi kumwe kuduga, bari 23.000+. Ntibanditswe hamwe n’abandi Bisirayeli+, kuko ata ntoranwa bari kuronka muri bo+.
63 Abo ni bo banditswe na Musa na Eleyazari umuherezi, igihe bandika Abisirayeli bari mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu, ku ruzi Yorodani hafi y’i Yeriko.
 
 -