Guharura 24:3, 4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Araheza avuga ati+: «Ijambo rya Balamu umuhungu wa Beyori,ijambo ry’umugabo yuguruwe amaso, 4 ijambo ry’umuntu yumva ico Imana ivuze,uwabonye ibintu yeretswe na Mushoboravyose,akagwa hasi amaso yiwe akanura+:
3 Araheza avuga ati+: «Ijambo rya Balamu umuhungu wa Beyori,ijambo ry’umugabo yuguruwe amaso, 4 ijambo ry’umuntu yumva ico Imana ivuze,uwabonye ibintu yeretswe na Mushoboravyose,akagwa hasi amaso yiwe akanura+: