ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 38:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Yuda abona ng’aho umukobwa w’umugabo w’Umunyakanani+ yitwa Shuwa. Nuko aramutwara maze aryamana na we.

  • Itanguriro 38:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Yongera kuvyara umuhungu maze amwita Shela. Igihe yamuvyara, Yuda yari i Akizibu*+.

  • Itanguriro 38:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Yuda aca arabisuzuma, maze avuga ati: «Aragororotse kundusha, kuko ntamuhaye umuhungu wanje Shela+.» Kuva ico gihe ntiyasubiye kuryamana na we.

  • 1 Ngoma 4:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Abahungu ba Shela+ mwene Yuda bari Ere se wa Leka, Layada se wa Maresha, hamwe n’abo mu miryango ya Ashibeya bakora ivyo guhingura ibitambara vyiza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika