Zaburi 59:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ewe Yehova, ehe banyibundiye+.Abagabo bakomeye bariko barantera,ariko ntibampora kugarariza canke gucumura+. Zaburi 71:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abansi banje bamvuga nabi.Abarondera kunyica bangiriye inama+,
3 Ewe Yehova, ehe banyibundiye+.Abagabo bakomeye bariko barantera,ariko ntibampora kugarariza canke gucumura+.