ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 56:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Imana ni yo nizigiye, kandi ndahayagiza ijambo ryayo.

      Imana ni yo nizigiye, kandi singira ubwoba.

      None umuntu buntu yongira iki+?

  • Yesaya 51:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Nimunyumvirize, mwebwe abazi ubugororotsi,

      mwebwe mufise amategeko* yanje mu mutima+.

      Ntimutinye agacokoro k’abantu buntu,

      kandi ibitutsi vyabo ntibibarandure umutima.

  • Yesaya 51:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 «Ni jewe ubwanje ndabahoza+.

      Kubera iki wotinya umuntu buntu kandi azopfa+,

      ugatinya umwana w’umuntu azokabirana nk’ivyatsi bitoto?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika