Kuvayo 23:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Muzohimbaza kandi umusi mukuru w’iyimbura* ry’ivyeze ubwa mbere mu vyo mwateye mu mirima+ be n’umusi mukuru wo gusozera iyimbura* mu mpera z’umwaka, igihe muzoba muriko muregeranya ivyo mwimbuye mu mirima+. Guharura 10:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 No mu bihe vy’umunezero+, mu misi mikuru yanyu+ no mu ntango z’amezi, muzovuza inzumbete igihe muzoba muriko muratanga amashikanwa aturirwa+ n’ibimazi vyo gusangira+. Amajwi y’izo nzumbete azotuma Imana yanyu ibibuka. Ndi Yehova Imana yanyu+.»
16 Muzohimbaza kandi umusi mukuru w’iyimbura* ry’ivyeze ubwa mbere mu vyo mwateye mu mirima+ be n’umusi mukuru wo gusozera iyimbura* mu mpera z’umwaka, igihe muzoba muriko muregeranya ivyo mwimbuye mu mirima+.
10 No mu bihe vy’umunezero+, mu misi mikuru yanyu+ no mu ntango z’amezi, muzovuza inzumbete igihe muzoba muriko muratanga amashikanwa aturirwa+ n’ibimazi vyo gusangira+. Amajwi y’izo nzumbete azotuma Imana yanyu ibibuka. Ndi Yehova Imana yanyu+.»