Zaburi 74:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 74 Ewe Mana, kubera iki wadutaye ibihe vyose+? Kubera iki washavuriye cane ubusho bwo mu buragiro bwawe+? Zaburi 79:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 None uzodushavurira gushika ryari ga Yehova? Ibihe vyose+? Ishavu ryawe rizorurumba nk’umuriro+ gushika ryari?
74 Ewe Mana, kubera iki wadutaye ibihe vyose+? Kubera iki washavuriye cane ubusho bwo mu buragiro bwawe+?
5 None uzodushavurira gushika ryari ga Yehova? Ibihe vyose+? Ishavu ryawe rizorurumba nk’umuriro+ gushika ryari?