2 Samweli 15:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Mugabo umwami abwira Sadoki ati: «Subiza iyo sandugu y’Imana y’ukuri mu gisagara+. Yehova niyaba abona ko ndamuhimbara, azongarukana nsubire kuyibona, mbone n’aho iba+. Zaburi 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 avuge ati: «Ni jewe niyimikiye umwami wanje+kuri Siyoni+, umusozi wanje mweranda.»
25 Mugabo umwami abwira Sadoki ati: «Subiza iyo sandugu y’Imana y’ukuri mu gisagara+. Yehova niyaba abona ko ndamuhimbara, azongarukana nsubire kuyibona, mbone n’aho iba+.