ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 17:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Niwerekane urukundo* rwawe mu buryo butangaje+,

      ewe Mukiza w’abarondera guhungira iburyo bwawe,

      bahunga abakugarariza.

  • Zaburi 60:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Nudukize n’ukuryo kwawe kandi utwishure,

      kugira ngo abantu bawe wikundira batabarwe+.

  • Zaburi 98:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Yehova yamenyekanishije ingene akiza+.

      Yahishuriye amahanga ubugororotsi bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika