Yeremiya 48:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Mu murima w’ivyamwa no mu gihugu ca Mowabu,nta munezero n’akanyamuneza bikiharangwa+. Ntumye umuvinyu utaba ukiboneka mu nganiro z’umuvinyu. Nta n’umwe azogana* yiha akaruru k’umunezero+. Hazoba akaruru k’ubundi bwoko.”»
33 Mu murima w’ivyamwa no mu gihugu ca Mowabu,nta munezero n’akanyamuneza bikiharangwa+. Ntumye umuvinyu utaba ukiboneka mu nganiro z’umuvinyu. Nta n’umwe azogana* yiha akaruru k’umunezero+. Hazoba akaruru k’ubundi bwoko.”»