Yesaya 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nta munezero n’akanyamuneza bikibarizwa mu murima w’ivyamwa,kandi nta ndirimbo z’umunezero canke impundu bikirangwa mu mirima y’imizabibu+. Nta wukiganira* umuvinyu mu nganiro,kuko impundu nazihagaritse+.
10 Nta munezero n’akanyamuneza bikibarizwa mu murima w’ivyamwa,kandi nta ndirimbo z’umunezero canke impundu bikirangwa mu mirima y’imizabibu+. Nta wukiganira* umuvinyu mu nganiro,kuko impundu nazihagaritse+.