ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 44
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Isengesho ry’ugutabaza

        • «Ni wewe wadukijije» (7)

        • «Batubona nk’intama zo gukererwa» (22)

        • «Haguruka udutabare!» (26)

Zaburi 44:akajambo k’intangamarara

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «masikili.» Raba Insiguro y’amajambo (Masikili).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:19

Zaburi 44:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:14; Gh 21:14; Abc 6:13

Zaburi 44:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:1
  • +Kv 15:17; Zb 78:55; 80:8, 9
  • +Yos 10:5, 11; Zb 135:10, 11

Zaburi 44:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «n’umuco wo mu maso hawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:38; Yos 24:12
  • +1Sm 12:22
  • +Yes 63:11-13
  • +Gus 7:7, 8

Zaburi 44:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nutume.»

  • *

    Canke «atahukane ubukiriro buhambaye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:12; Yes 33:22

Zaburi 44:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:39; Fp 4:13
  • +Zb 60:12

Zaburi 44:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:45; Zb 20:7; 33:16

Zaburi 44:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 24:8

Zaburi 44:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Zaburi 44:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15, 25

Zaburi 44:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:64

Zaburi 44:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nta nyungu ukura ku giciro cabo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:30

Zaburi 44:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:37; 2Ng 7:20

Zaburi 44:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:10

Zaburi 44:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 8

Zaburi 44:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «imana y’inyamahanga.»

Zaburi 44:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:1; Ums 12:14; Yr 17:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 36

Zaburi 44:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:36

Zaburi 44:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:6; 78:65, 66
  • +Yb 13:24; Zb 13:1; 88:14

Zaburi 44:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:25

Zaburi 44:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ducungure.»

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:20
  • +Zb 130:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 44:akajambo k’intangamarara2Ng 20:19
Zab. 44:1Kv 13:14; Gh 21:14; Abc 6:13
Zab. 44:2Gus 7:1
Zab. 44:2Kv 15:17; Zb 78:55; 80:8, 9
Zab. 44:2Yos 10:5, 11; Zb 135:10, 11
Zab. 44:3Gus 4:38; Yos 24:12
Zab. 44:31Sm 12:22
Zab. 44:3Yes 63:11-13
Zab. 44:3Gus 7:7, 8
Zab. 44:4Zb 74:12; Yes 33:22
Zab. 44:5Zb 18:39; Fp 4:13
Zab. 44:5Zb 60:12
Zab. 44:61Sm 17:45; Zb 20:7; 33:16
Zab. 44:7Yos 24:8
Zab. 44:10Gus 28:15, 25
Zab. 44:11Gus 28:64
Zab. 44:12Gus 32:30
Zab. 44:14Gus 28:37; 2Ng 7:20
Zab. 44:17Kv 34:10
Zab. 44:21Zb 139:1; Ums 12:14; Yr 17:10
Zab. 44:22Rm 8:36
Zab. 44:23Zb 7:6; 78:65, 66
Zab. 44:23Yb 13:24; Zb 13:1; 88:14
Zab. 44:25Zb 119:25
Zab. 44:26Zb 33:20
Zab. 44:26Zb 130:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 44:1-26

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi. Ni indirimbo* y’abahungu ba Kora+.

44 Ewe Mana, amatwi yacu yaravyumvise.

Ba sokuruza bacu baratwiganiye+

ibikorwa wakoze mu gihe cabo,

mu misi ya kera cane.

 2 Warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,

uraheza ushira ba sokuruza bacu mu kibanza cayo+.

Waramenaguye amahanga maze urayomora+.

 3 Inkota yabo si yo yatumye bigarurira igihugu+,

ntibatahukanye intsinzi kubera ukuboko kwabo+.

Ahubwo ni ukuboko kwawe kw’ukuryo, ububasha bwawe+ n’ubuntu bwawe*,

kuko wabakunze+.

 4 Ewe Mana yanje, ni wewe Mwami wanje+.

Tanga itegeko* Yakobo atahukane intsinzi bimwe bishitse*.

 5 Biciye ku bubasha bwawe, tuzosubiza inyuma abansi bacu+,

kandi abaturwanya, tuzobatsinda mw’izina ryawe+.

 6 Kuko ntizigiye umuheto wanje,

kandi inkota yanje ntishobora kunkiza+.

 7 Ni wewe wadukijije abaturwanya+.

Ni wewe wamaramaje abatwanka.

 8 Tuzoshemeza Imana burinde bwira,

kandi tuzohayagiza izina ryawe ibihe vyose. (Sela*)

 9 Ariko ubu waradutaye uratumaramaza,

kandi ntukijana n’ingabo zacu.

10 Uguma utuma duhunga abaturwanya+,

abansi bacu bakitwarira ibintu vyose bashatse.

11 Wadutanze ku bansi bacu kugira batwice nk’intama,

udushwiragiza mu mahanga+.

12 Ni nk’aho ugurisha abantu bawe kuri gusa+,

nta nyungu na nkeyi ubaronkako*.

13 Watugize iceyi ku babanyi bacu,

utugira agatwengo n’agacokoro ku badukikuje bose.

14 Watugize iciro ry’umugani mu mahanga+,

abantu baratubona bakazunza umutwe.

15 Nirirwa ntekewe n’isoni,

nkumva ndengewe n’ibimaramare,

16 kubera urwamo rw’agacokoro n’ibitutsi vyabo,

kubera abansi bacu bariko baratwihora.

17 Naho ivyo vyose vyadushikiye, ntitwigeze tukwibagira

kandi ntitwarenze kw’isezerano ryawe+.

18 Umutima wacu ntiwigeze uguhemukira.

Ntitwigeze duta inzira yawe.

19 Ariko watujanjaguriye aho imbwebwe ziba,

udupfukisha umwiza w’umuzitanya.

20 Nimba twaribagiye izina ry’Imana yacu,

canke tukaduza amaboko dusenga iyindi mana*,

21 none Imana ntiyobimenya?

Irazi amabanga yo mu mutima+.

22 Twirirwa turicwa kubera wewe.

Abansi bacu batubona nk’intama zo gukererwa+.

23 Vyuka Yehova! Kubera iki uguma usinziriye+?

Ikangure! Ntuduhebe burundu+.

24 Kubera iki uduhisha mu maso hawe?

Kubera iki wibagira amarushwa n’agacinyizo turimwo?

25 Twarunamitswe hasi mu mukungugu,

imibiri yacu irambaraye hasi+.

26 Haguruka udutabare+!

Turokore* kubera urukundo* rwawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika