Urutonde rw’ibitabu vya Bibiliya
Ibitabu vy’Ivyanditswe vy’igiheburayo imbere y’igihe cacu (imbere y’ubukirisu)
Izina ry’igitabu: Itanguriro
Umwanditsi: Musa
Aho candikiwe: Agahinga
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): 1513
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): “Mu ntango” gushika 1657
Izina ry’igitabu: Kuvayo
Umwanditsi: Musa
Aho candikiwe: Agahinga
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): 1512
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 1657-1512
Izina ry’igitabu: Abalewi
Umwanditsi: Musa
Aho candikiwe: Agahinga
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): 1512
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): Ukwezi 1 (1512)
Izina ry’igitabu: Guharūra
Umwanditsi: Musa
Aho candikiwe: Agahinga n’ibiyaya vya Mowabu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): 1473
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 1512-1473
Izina ry’igitabu: Gusubira mu vyagezwe
Umwanditsi: Musa
Aho candikiwe: Ibiyaya vya Mowabu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): 1473
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): Amezi 2 (1473)
Izina ry’igitabu: Yosuwa
Umwanditsi: Yosuwa
Aho candikiwe: Kanani
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 1450
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 1473–nk. 1450
Izina ry’igitabu: Abacamanza
Umwanditsi: Samweli
Aho candikiwe: Isirayeli
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 1100
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): nk. 1450–nk. 1120
Izina ry’igitabu: Rusi
Umwanditsi: Samweli
Aho candikiwe: Isirayeli
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 1090
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): Imyaka 11 y’ikiringo c’abacamanza
Izina ry’igitabu: 1 Samweli
Umwanditsi: Samweli; Gadi; Natani
Aho candikiwe: Isirayeli
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 1078
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): nk. 1180-1078
Izina ry’igitabu: 2 Samweli
Umwanditsi: Gadi; Natani
Aho candikiwe: Isirayeli
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 1040
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 1077–nk. 1040
Izina ry’igitabu: 1 Abami
2 Abami
Umwanditsi: Yeremiya
Aho candikiwe: Yuda na Misiri
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): Igitabu 1, 580
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): nk. 1040-580
Izina ry’igitabu: 1 Ngoma
2 Ngoma
Umwanditsi: Ezira
Aho candikiwe: Yeruzalemu (?)
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): Igitabu 1, nk. 460
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): Inyuma ya 1 Ngoma 9:44: 1077-537
Izina ry’igitabu: Ezira
Umwanditsi: Ezira
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 460
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 537–nk. 467
Izina ry’igitabu: Nehemiya
Umwanditsi: Nehemiya
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): iny. 443
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 456–iny. 443
Izina ry’igitabu: Esiteri
Umwanditsi: Morudekayi
Aho candikiwe: Shushani, Elamu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 475
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 493–nk. 475
Izina ry’igitabu: Yobu
Umwanditsi: Musa
Aho candikiwe: Agahinga
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 1473
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): Imyaka irenga 140 hagati ya 1657 na 1473
Izina ry’igitabu: Zaburi
Umwanditsi: Dawidi n’abandi
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 460
Izina ry’igitabu: Imigani
Umwanditsi: Salomo; Aguri; Lemuweli
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 717
Izina ry’igitabu: Umusiguzi
Umwanditsi: Salomo
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): imb. 1000
Izina ry’igitabu: Indirimbo ya Salomo
Umwanditsi: Salomo
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 1020
Izina ry’igitabu: Yesaya
Umwanditsi: Yesaya
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): iny. 732
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): nk. 778–iny. 732
Izina ry’igitabu: Yeremiya
Umwanditsi: Yeremiya
Aho candikiwe: Yuda; Misiri
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): 580
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 647-580
Izina ry’igitabu: Gucura intimba
Umwanditsi: Yeremiya
Aho candikiwe: Hafi ya Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): 607
Izina ry’igitabu: Ezekiyeli
Umwanditsi: Ezekiyeli
Aho candikiwe: Babiloni
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 591
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 613–nk. 591
Izina ry’igitabu: Daniyeli
Umwanditsi: Daniyeli
Aho candikiwe: Babiloni
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 536
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 618–nk. 536
Izina ry’igitabu: Hoseya
Umwanditsi: Hoseya
Aho candikiwe: Samariya (Intara)
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): iny. 745
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): imb. 804–iny. 745
Izina ry’igitabu: Yoweli
Umwanditsi: Yoweli
Aho candikiwe: Yuda
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 820 (?)
Izina ry’igitabu: Amosi
Umwanditsi: Amosi
Aho candikiwe: Yuda
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 804
Izina ry’igitabu: Obadiya
Umwanditsi: Obadiya
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 607
Izina ry’igitabu: Yona
Umwanditsi: Yona
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 844
Izina ry’igitabu: Mika
Umwanditsi: Mika
Aho candikiwe: Yuda
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): imb. 717
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): nk. 777-717
Izina ry’igitabu: Nahumu
Umwanditsi: Nahumu
Aho candikiwe: Yuda
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): imb. 632
Izina ry’igitabu: Habakuki
Umwanditsi: Habakuki
Aho candikiwe: Yuda
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): nk. 628 (?)
Izina ry’igitabu: Zefaniya
Umwanditsi: Zefaniya
Aho candikiwe: Yuda
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): imb. 648
Izina ry’igitabu: Hagayi
Umwanditsi: Hagayi
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): 520
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): imisi 112 (520)
Izina ry’igitabu: Zekariya
Umwanditsi: Zekariya
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): 518
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 520-518
Izina ry’igitabu: Malaki
Umwanditsi: Malaki
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (B.G.C.): iny. 443
Ibitabu vy’Ivyanditswe vy’ikigiriki vyanditswe mu gihe cacu (c’ubukirisu)
Izina ry’igitabu: Matayo
Umwanditsi: Matayo
Aho candikiwe: Palesitina
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 41
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (B.G.C.): 2 B.G.C.–33 G.C.
Izina ry’igitabu: Mariko
Umwanditsi: Mariko
Aho candikiwe: Roma
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 60-65
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (G.C.): 29-33 G.C.
Izina ry’igitabu: Luka
Umwanditsi: Luka
Aho candikiwe: Sezariya
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 56-58
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (G.C.): 3 B.G.C.–33 G.C.
Izina ry’igitabu: Yohani
Umwanditsi: Intumwa Yohani
Aho candikiwe: Efeso canke hafi yaho
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 98
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (G.C.): Inyuma y’intangamarara, 29-33 G.C.
Izina ry’igitabu: Ivyakozwe
Umwanditsi: Luka
Aho candikiwe: Roma
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 61
Igihe ibivugwamwo vyerekeye (G.C.): 33–nk. 61 G.C.
Izina ry’igitabu: Abaroma
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Korinto
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 56
Izina ry’igitabu: 1 Abakorinto
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Efeso
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 55
Izina ry’igitabu: 2 Abakorinto
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Makedoniya
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 55
Izina ry’igitabu: Abagalatiya
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Korinto canke Antiyokiya h’i Siriya
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 50-52
Izina ry’igitabu: Abanyefeso
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Roma
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 60-61
Izina ry’igitabu: Abafilipi
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Roma
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 60-61
Izina ry’igitabu: Abakolosayi
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Roma
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 60-61
Izina ry’igitabu: 1 Abatesalonika
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Korinto
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 50
Izina ry’igitabu: 2 Abatesalonika
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Korinto
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 51
Izina ry’igitabu: 1 Timoteyo
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Makedoniya
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 61-64
Izina ry’igitabu: 2 Timoteyo
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Roma
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 65
Izina ry’igitabu: Tito
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Makedoniya (?)
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 61-64
Izina ry’igitabu: Filemoni
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Roma
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 60-61
Izina ry’igitabu: Abaheburayo
Umwanditsi: Paulo
Aho candikiwe: Roma
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 61
Izina ry’igitabu: Yakobo
Umwanditsi: Yakobo (mwene wabo na Yezu)
Aho candikiwe: Yeruzalemu
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): imb. 62
Izina ry’igitabu: 1 Petero
Umwanditsi: Petero
Aho candikiwe: Babiloni
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 62-64
Izina ry’igitabu: 2 Petero
Umwanditsi: Petero
Aho candikiwe: Babiloni (?)
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 64
Izina ry’igitabu: 1 Yohani
Umwanditsi: Intumwa Yohani
Aho candikiwe: Efeso canke hafi yaho
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 98
Izina ry’igitabu: 2 Yohani
Umwanditsi: Intumwa Yohani
Aho candikiwe: Efeso canke hafi yaho
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 98
Izina ry’igitabu: 3 Yohani
Umwanditsi: Intumwa Yohani
Aho candikiwe: Efeso canke hafi yaho
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 98
Izina ry’igitabu: Yuda
Umwanditsi: Yuda (mwene wabo na Yezu)
Aho candikiwe: Palesitina (?)
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 65
Izina ry’igitabu: Ivyahishuwe
Umwanditsi: Intumwa Yohani
Aho candikiwe: Patimo
Igihe carangiriye kwandikwa (G.C.): nk. 96
[Amazina y’abanditsi b’ibitabu bimwebimwe be n’ay’ahantu vyandikiwe ntibizwi neza. Menshi mu matariki ni ayagereranijwe gusa. Impfunyapfunyo iny. isobanura “inyuma,” imb. igasobanura “imbere,” nk. na yo igasobanura “nko mu mwaka wa”]
UDUTWE TW’IJAMBO BE N’UTUZITIZO NYEMFURUKA
Udutwe tw’igisomwa turaboneka hejuru ku mpapuro z’igisomwa c’iyi Bibiliya. Turatanga amakuru afasha umuntu gutora ningoga inkuru zo muri Bibiliya.
Utuzitizo nyemfuruka duhekanye [[ ]] twerekana amajambo akuwe ahandi yasobetswe mu gisomwa co mu ntango.