GUCURA INTIMBA IBIRIMWO MURI MAKE 1 Yeruzalemu igereranywa n’umupfakazi Yicaye ari inyakamwe, yahebwe (1) Ibicumuro bikomeye vya Siyoni (8, 9) Imana yarahevye Siyoni (12-15) Siyoni ntagira uwumuhoza (17) 2 Yehova ashavurira Yeruzalemu Nta kagongwe yahagiriye (2) Yehova yamubereye nk’umwansi (5) Yeremiya aririra Siyoni (11-13) Abahita barahema igisagara cahora ari ciza (15) Abansi baranezerwa kubera ugutemba kwa Siyoni (17) 3 Yeremiya avuga uko yiyumva n’icizigiro afise «Nzoguma ndindiriye» (21) Imbabazi z’Imana zama ari nshasha buri gitondo (22, 23) Imana ni nziza ku bayizigira (25) Ni vyiza ko abakiri bato bikorera umutwaro (27) Imana yazibije ibicu inzira ishika iwe (43, 44) 4 Ingaruka ziteye ubwoba z’ukwugarizwa kwa Yeruzalemu Ubukene bw’ibifungurwa (4, 5, 9) Abagore bateka abana babo (10) Yehova yasutse ishavu ryiwe (11) 5 Abantu basenga ngo ibintu bihinduke «Ibuka ivyadushikiye» (1) «Turagowe kuko twacumuye» (16) «Ewe Yehova, nutugarukane» (21) «Nutume ivyacu bisubira kumera nka kera» (21)