ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • lfb rup. 218-219
  • Intangamarara y’igihimba ca 14

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intangamarara y’igihimba ca 14
  • Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ivyo bijanye
  • Ivyahishuriwe Yohani
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Twigane Yezu mu kwamamaza n’ubutinyutsi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Ubwami bw’Imana Ni Iki?
    Ni Ibiki Imana Idusaba?
  • Ivyo Yezu yigishije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
Ibindi
Ivyigwa dukura muri Bibiliya
lfb rup. 218-219
Intumwa Pawulo na Timoteyo bari mu bwato

Intangamarara y’igihimba ca 14

Abakirisu bo mu ntango baramamaje inkuru nziza y’Ubwami gushika mu turere twa kure rwose tw’isi. Yezu yarababwiye aho bokwamamaza kandi yaratumye bashobora kwigisha abantu mu ndimi zabo. Ico cari igitangaro. Yehova yarabahaye ubutinyutsi n’ububasha bwo kwihanganira ibigeragezo bikomeye.

Yezu yareretse intumwa Yohani ubuninahazwa bwa Yehova. Mu rindi yerekwa, Yohani yarabonye Ubwami bwo mw’ijuru bunesha Shetani maze buramukuraho. Yarabonye Yezu ari Umwami, ari kumwe n’abantu 144.000 bamufasha kuganza. Yarabonye kandi isi yose yabaye iparadizo, abayiriko bose basenga Yehova mu mahoro n’ubumwe.

IVYIYUMVIRO NYAMUKURU

  • Gukora igikorwa Yehova yadushinze biramuninahaza

  • Niwiyegurire Yehova kandi umwereke ko wipfuza gutegekwa n’Ubwami bwiwe

  • Yehova numugire umugenzi akurutira abandi bose

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika