Vyoba bishoboka ko tubaho ibihe vyose kandi tunezerewe?
«Abagororotsi bazokwigabira isi, kandi bazoyibako ibihe bidahera.»—Zaburi 37:29.
Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye na kazoza
Abantu bose bazoba bafise amagara meza.—Yesaya 33:24; 35:5, 6.
Isi izosubira kumera neza, ibe iparadizo.—Yesaya 35:1, 2; Ivyahishuwe 11:18.
Kugira umenye n’ibindi, nuje kuri jw.org.
© 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania